Commons:Wiki Loves Africa 2023/Abatsinze

From Wikimedia Commons, the free media repository
Jump to navigation Jump to search
This page is a translated version of a page Commons:Wiki Loves Africa 2023/Winners and the translation is 87% complete. Changes to the translation template, respectively the source language can be submitted through Commons:Wiki Loves Africa 2023/Winners and have to be approved by a translation administrator.
Outdated translations are marked like this.

Wiki Loves Africa website  Wiki Loves Africa on Facebook  Wiki Loves Africa on Twitter  Wiki Loves Africa on Instagram  Wiki Loves Africa on YouTube  Media information  Wiki Loves Africa's mailing list  What's going on in my country?  Images uploaded in 2023 



Wiki Loves Africa 2023 Winners


Abatsinze bose mw'ihiganwa Wiki Loves Africa 2023

Wiki Loves Africa 2023 Jury Report
Wiki Loves Africa 2023 Jury Report

Ihiganwa ry'amafoto rya Wiki Loves Africa 2023 ryavuyemwo amafoto 13,386, amajwi 28 n'amavidewo 228 vyashizwe kuri Commons ku rufatiro rw'ijambo ry'ihiganwa "'Ikirere n'ibihe"'. Ku vyerekeye abatsinze mu bihugu vyabo, raba urubuga rw'Abatsinze mu bihugu vyabo hano.

Turakeje abatsinze bose!
Mwese murahamagawe muri rusangi guhura n'abatsinze ihiganwa muntumbero yo kumenya impamvu yabatumye gushira amafoto kuri iki gice gikurikira c'isaha y'inama ya WikiAfrica. Raba kandi kuri amasanamu meza y'akarorero no kuri videwo 50 zacaguwe muzashizweko.

Ubushimwe bukuru mpuzamakungu

View all the videos from the Winning Special collection

Ayandi makuru yerekeye uko vyakozwe

Ubushimwe mpuzamakungu :

Amafoto:

  • Agashimwe kambere: Idorare 2000
  • Agashimwe kakabiri: Idorare 1500
  • Agashimwe kagatatu: Idorare 1000

Media (Videwo, Ijwi, Ishushanyo, Inyandiko-foto):

  • Ijwi ryiza : idorare 750
  • Agashimwe ka videwo nziza : idorare 1,000
  • Ibidukikije muri Afrika Agashimwe ka videwo: Ividewo nziza ivuga ibijanye n' ingaruka y'ihindagurika ry'ibihe : idorare 2,000
  • Ibidukikije muri Afrika Umurwi w'agashimwe kiharije: Ikoranirizo ry'amasanamu meza yerekana ingaruka y'ihindagurika ry'ibihe : idorare 500

Ihiganwa ry'amafoto yasuzumwe ubwambere n'umurwi w'abakorerabushake ba Wiki Loves Africa, hanyuma asuzumwa n'umurwi w'abafotozi 11 b'inzobere baturutse mumpande zitandukanye z'isi yose. international jury made up of professional photographers and Wikimedia Commonists bacaguye abatsinze ihiganwa 3 mpuzamakungu.

Ividewo nziza yambere n'ubushimwe bwiharije vyacaguwe na video jury igizwe n'inzobere 5 muvy'amasanamu muri Afrika.

Ijwi ryambere ryiza ryacaguwe n'umurwi ntunganyabikorwa mpuzamakungu inyuma yo gukurikirana ingene amajwi ameze.

Abatsinze mu bihugu

Kubantu bose batsinze mu bihugu ihiganwa rya Wiki Loves Africa 2023, raba kuri Commons:Wiki Loves Africa 2023/Abatsinze mu bihugu


2023 Partners and Community Organisers


Partners

Community Organising Partners


Community Organising Partners without logos
Planning Wikimedia Community User Group Burundi • Campus Photo Festival (Nigeria) • Congo Brazaville • Wikimedia Community User Group KenyaWiki For Senior Citizens Network (Nigeria)